Indirimbo za Bihurugu Daniel zatumye intara ya Ruyigi ihabwa agashimwe k'ibitaro abagore bibarukiramwo. Uwo mwigisha yigeze kuba no kurongora komine Bweru iri mu ntara ya Ruyigi ubu ari mu karuhuko ...
Goreth Habonimana naho imyaka imujanye ijwi n'ubuhinga bwo kuririmba vyovyo ntibihera, aho aba akoranije abakuru n'abato baba bamukikuje bumviriza ubuhinga bwiwe mu gusubiramwo indirimbo za kera ...